Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Hanyuma arasonza, ashaka ico arya. Bakiriko barategura infungurwa, amera nk’uwerekwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Yumva arashonje, agomba kurya: bakibirondera, amera nk’ūrota,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:10
13 Referans Kwoze  

Maze kugaruka i Yerusalemu, umusi umwe ndi mu rusengero ndiko ndasenga nderekwa,


Maze ku musi w’Umwami Imana, ndi muri Mpwemu, numva ijwi rivugira inyuma yanje rimeze nk’iry’inzamba isamirana,


Kare mu gitondo, Yesu ariko arasubira i Yerusalemu, yumva arashonje.


Amaze gusenga yisonzesheje imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine, yumva arashonje.


“Nari i Yopa ndiko ndasenga, hanyuma mera nk’uwutwawe n’agatiro, nca ntangura kwerekwa. Mbona ikintu kimeze nk’igitambara kinini cururuka kiva mw’ijuru gifashwe ku mitwe yaco uko ari ine, gishika aho nari ndi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite