Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 1:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Nuko bagira ubupfindo, Matiyasi aba ari we atorwa, aca yongerwa kuri bamwe cumi n’umwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Barabapfindira, ubupfindo bgerekana Matiya, nukw aharūranwa n’intumwa cumi n’imwe.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 1:26
15 Referans Kwoze  

Petero aca arahaguruka ari kumwe na bamwe cumi n’umwe, avuga n’ijwi rirenga abwira abari aho ati: “Bayuda benewacu, namwe mwese muri i Yerusalemu, nimuntege amatwi, mutahure neza ibibaye.


Yaranduye amahanga indwi yo mu gihugu c’i Kanani, igiha ubwoko bwacu ngo bucegukire.


Intumwa zigarutse zikoranira aho Yesu ari, zimwiganira ivyo zakoze n’ivyo zigishije.


Nuko baca batanga amazina y’abantu babiri ngo batoremwo umwe. Umwe yari Yosefu bita Barusaba (akongera akitwa Yusito), uwundi yari Matiyasi.


Uruzitiro rw’ico gisagara rwari rwubakiye ku mabuye cumi n’abiri y’urufatiro, ari zo ntumwa z’Umwagazi w’intama.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite