Ivyakozwe 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 (Ingero Yuda yahawe kubera ikibi yakoze yaguzwemwo itongo kandi ni ryo yaguyemwo, akoroka atanguje umutwe, inda yiwe irasaba, amara arasanzara. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 (Kand’ uwo muntu amaze kugura ubgatsi ku vyo yahawekw ibiguzi vyo kugabitanya kwiwe, agwa yubamye, araturika, amara yiwe yose arasēseka. Gade chapit la |