Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 9:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Izo nzige zari zimeze nk’amafarasi yiteguriye kuja ku rugamba. Ku mitwe zari zambaye igisa n’urugori rw’inzahabu, kandi mu maso hazo hari hameze nk’ah’abantu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kand’ ishusho y’izo nzige yasa n’iy’ amafarasi yiteguriwe intambara, zari zambaye mu mitwe nk’ibitsibo bisa n’izahabu, mu maso hazo hasa n’ah’ abantu.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 9:7
6 Referans Kwoze  

Ndavye imbere yanje nca mbona ifarasi yera. Uwayigenderako yari afise umuheto, hanyuma ahabwa urugori, aca ayigenderako nk’uwanesheje kandi agiye kunesha.


Muri uwo mwotsi haca havamwo inzige zimanuka kw’isi, zihabwa ububasha nk’ubwa sikoropiyo zo kw’isi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite