Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 9:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Muri uwo mwotsi haca havamwo inzige zimanuka kw’isi, zihabwa ububasha nk’ubwa sikoropiyo zo kw’isi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Mu mwotsi havamw’ inzige zija mw isi, zihabga ububasha bgo gukora ivyo sikorupiyo zo kw isi zibasha gukora.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 9:3
16 Referans Kwoze  

Izo nzige zihabwa ububasha bwo gutoteza abantu amezi atanu, ariko ntizemererwa kubica. Umubabaro zatera wari umeze nk’uwo umuntu agira akomowe na sikoropiyo.


Ehe ndabahaye ububasha bwose bwo kunesha umwansi: muzohonyora inzoka na sikoropiyo muzimene imitwe, kandi nta na kimwe kizogira ico kibagira.


Izo nzige zari zimeze nk’amafarasi yiteguriye kuja ku rugamba. Ku mitwe zari zambaye igisa n’urugori rw’inzahabu, kandi mu maso hazo hari hameze nk’ah’abantu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite