Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 9:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Ububasha bw’ayo mafarasi bwari mu kanwa no mu mirizo vyayo; kuko imirizo yayo yari ifise imitwe nk’iy’inzoka kandi yari ifise ububasha bwo gukomeretsa abantu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Kuk’ ububasha bg’ayo mafarasi buri mu kanwa kayo no mu mirizo yayo: kukw imirizo yayo imeze nk’inzoka, na yo iri n’imitwe, kandi ni yo aryanisha.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 9:19
5 Referans Kwoze  

Zari zifise imirizo ikomora nk’iya sikoropiyo kandi ububasha bwo kubabaza abantu amezi atanu bwari mu mirizo yazo.


Aho rero ni ho tutazosubira kumera nk’inzoya, ngo dukubebwe tujanwa hirya no hino n’imipfunda, twongera tuzungagizwa n’umuyaga uwo ari wo wose w’inyigisho z’ibinyoma n’amayeri vy’abantu bazimiza.


Nuko ica gatatu c’abari kw’isi bicwa n’ivyago bitatu vy’umuriro, umwotsi, n’ibizuku vyava mu kanwa k’ayo mafarasi.


Ariko abasigaye batishwe n’ivyo vyago ntibihanye ibikorwa vyabo bibi bakoze n’amaboko yabo; ntibahevye gusenga abadayimoni n’ibigirwamana bikozwe mu nzahabu, mw’ifeza, mu mujumbu, mu mabuye no mu biti, bitabona, bitumva canke ngo bitambuke.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite