Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 9:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Nuko nca mbwirwa ko igitigiri c’abasoda bagwanira ku mafarasi kingana imiliyoni amajana abiri.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Igitigiri c’ingabo z’abarwanira ku mafarasi car’ ibihumbi amajana igihumbi kabiri: igitigiri cabo naracumvise.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 9:16
7 Referans Kwoze  

Maze nca ndumva igitigiri c’abashizweko ico kimenyetso; bari ibihumbi ijana na mirongo ine na bine bavuye mu moko yose ya Isirayeli.


Nongeye kuraba kandi, nca numva amajwi y’abamarayika ibihumbi n’ibihumbi bakikuje ya ntebe y’inganji, n’aya vya binyabugingo, na ba bashingantahe,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite