Ivyahishuwe 8:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Umumarayika wa kabiri avugije inzamba yiwe, ikintu kimeze nk’umusozi waka umuriro, gitabwa mu kiyaga. Maze ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso, Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Umumarayika wa kabiri aravuza. Ikimeze nk’igisozi kinini caka umuriro gishiburirwa mu kiyaga; ikigira gatatu c’ikiyaga gihinduka amaraso; Gade chapit la |