6 Ba bamarayika indwi bafise inzamba baca baritegura kugira ngo bazivuze.
6 Ba bamarayika ndwi bafise inzamba ndwi bagabiriza kuzivuza.
Nca mbona ba bamarayika indwi bahagaze imbere y’Imana bahawe inzamba indwi.
Ku musi wa mbere w’imisi mikuru y’imikate itarimwo umwambiro, abigishwa baza aho Yesu ari baramubaza bati: “Ni hehe ugomba ko tuguteguririra ivyokurya vya Pasika?”