Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 8:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Umwotsi w’ibimota neza n’amasengesho y’abera biraduga bishika imbere y’Imana bivuye mu biganza vya wa mumarayika.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Umwotsi w’umubavu uva mu kuboko kw’umumarayika upfundukana n’ugusenga kw’abera imbere y’Imana.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 8:4
7 Referans Kwoze  

Igihe co guturira ibimota neza kigeze, abari ngaho bose bariko basengera hanze.


Haca haza uwundi mumarayika afise ico gutuririramwo ibimota neza gikozwe mu nzahabu, ahagarara imbere y’igicaniro; aca ahabwa ibimota neza vyinshi abivanga n’amasengesho y’abera kugira ngo abitange ku gicaniro gikozwe mu nzahabu cari imbere y’intebe y’inganji.


Ubwo nyene urusengero ruca rwuzura umwotsi uvuye mu cubahiro c’Imana n’ububasha bwayo, ntihaba hakigira uwushobora kwinjira muri urwo rusengero gushika ba bamarayika indwi bashikije vya vyago indwi.


Koruneliyo na we amuhanga amaso yuzuye ubwoba, aramubaza ati: “Ni iki ga Mwami?” Wa mumarayika aramwishura ati: “Amasengesho yawe n’ibikorwa vyawe vy’imbazi vyaduze biba nkishikanwa ry’icibutso imbere y’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite