Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 7:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Mu muryango wa Yuda bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Reyubeni bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Gadi bari ibihumbi cumi na bibiri,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Abo mu muryango wa Yuda bākidomweko n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Reyubeni n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Gadi n’ibihumbi cumi na bibiri:

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 7:5
8 Referans Kwoze  

Maze nca ndumva igitigiri c’abashizweko ico kimenyetso; bari ibihumbi ijana na mirongo ine na bine bavuye mu moko yose ya Isirayeli.


mu wa Asheri bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Nafutali bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Manase bari ibihumbi cumi na bibiri,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite