Ivyahishuwe 7:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 bavuga bati: “Amen! Guhimbazwa, ubwiza, ubwenge, amashimwe, icubahiro, ububasha n’inkomezi, bibe ivy’Imana yacu ibihe vyose. Amen!” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 bati Amen, umugisha no guhimbazwa n’ubgenge n’ishimwe n’icubahiro n’ububasha n’ubushobozi n’ivy’ Imana yacu ibihe bitazoshira. Amen. Gade chapit la |