Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 7:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Baca basemerera n’ijwi rirenga bati: Agakiza ni ak’Imana yacu, yicaye ku ntebe y’inganji, n’Umwagazi w’intama.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 basemerera n’ijwi rirenga, bat’ Agakiza n’ak’ Imana yacu ivyagiye kur’ irya ntebe n’ak’ Umwagazi w’Intama.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 7:10
26 Referans Kwoze  

Inyuma y’ivyo nca numva amajwi asamirana mw’ijuru ameze nk’ay’abantu amasinzi n’amasinzi, asemerera ati: “Haleluya! Agakiza, icubahiro n’ubushobozi, ni ivy’Imana yacu,


Nca numva ijwi rirenga rivuye mw’ijuru, rivuga riti: “Noneho agakiza, ububasha n’Ubwami vy’Imana yacu, n’ubushobozi bwa Kristo wayo vyashitse. Kuko umurezi wa bene Data, uwabarega imbere y’Imana yacu ijoro n’umurango yakororewe hasi.


Nta muvumo uzobayo, kuko intebe y’inganji y’Imana n’iy’Umwagazi w’intama zizoba ziri muri ico gisagara, kandi abakozi bayo bazoyisenga.


Ubuntu bwayo ni bwo bwabakijije ku bw’ukwizera. Kandi n’ivyo ntivyavuye kuri mwebwe, ni ingabire y’Imana.


Ku musi ukurikira, Yohana abonye Yesu aje amutumbereye, aravuga ati: “Ng’uwu Umwagazi w’intama w’Imana, akura ivyaha vy’abari mw’isi.


Uwari yicaye ku ntebe y’inganji aravuga ati: “Ehe vyose ndabihinduye bishasha!” Aca ambwira ati: “Andika ibi mvuze, kuko aya majambo ni ayo kwizigirwa kandi ni ay’ukuri.”


Kandi abantu bose bazobona agakiza k’Imana.’”


Wa mwagazi uraza wakira wa muzingo w’igitabu ugikuye mu minwe y’uwari yicaye kuri ya ntebe y’inganji.


Kandi imbere yayo hari igisa n’ikiyaga c’ibiyo kibonerana cane. Hagati na hagati n’ahakikuje iyo ntebe, hari ibinyabugingo vyuzuye amaso imbere n’inyuma.


Mwebwe Abasamariya musenga ico mutazi, ariko twebwe dusenga ico tuzi, kuko agakiza gaturuka mu Bayuda.


Abonye Yesu arengana, aravuga ati: “Ng’uwu Umwagazi w’intama w’Imana!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite