Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 6:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Yuguruye ica gatatu, nca numva ikinyabugingo ca gatatu kivuze kiti: “Ingo!” Haca haza ifarasi yirabura. Uwayigenderako yari afise iminzane ibiri mu minwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kand’ amennye ica gatatu kimatanije ca gitabo, numva ikigira gatatu mu binyabugingo, kiti Ngwino. Mbona ifarasi y’agafyiri: kand’ ūyicayeko yar’ afise umunzane mu minwe.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 6:5
11 Referans Kwoze  

Ngize gutya, mbona wa Mwagazi amena ica mbere muri bimwe indwi bimatanije wa muzingo w’igitabu. Nca numva kimwe muri vya binyabugingo kivuze n’ijwi nk’iry’inkuba giti: “Ingo!”


Baca baririmba indirimbo nsha, bavuga bati: “Urabereye kwakira uwo muzingo w’igitabu no kumena ibiwumatanije, kuko wishwe, amaraso yawe agacungurira Imana abantu bavuye mu miryango yose, mu ndimi zose, mu bwoko bwose no mu mahanga yose.


Maze umwe muri ba bashingantahe arambwira ati: “Reka kurira! Ehe, intambwe yo mu muryango wa Yuda, uwukomoka mu muryango wa Dawidi, yaranesheje. Ni we abereye kumena ibintu indwi bimatanije uwo muzingo w’igitabu no kuwugurura.”


Ihanga rizotera irindi hanga, ubwami butere ubundi bwami. Ahantu henshi kw’isi hazoba amapfa n’ukunyiganyiga kw’isi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite