Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 6:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Yuguruye ica kabiri, nca numva ikinyabugingo ca kabiri kivuze giti: “Ingo!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kand’ amennye ica kabiri kimatanije ca gitabo, numva ikigira kabiri mu binyabugingo, kiti Ngwino.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 6:3
4 Referans Kwoze  

Ikinyabugingo ca mbere casa n’intambwe, ica kabiri casa n’impfizi ikiri nto, ica gatatu cari gifise mu maso hasa n’ah’umuntu, ica kane cari kimeze nk’inkona iriko iraguruka.


Ngize gutya, mbona wa Mwagazi amena ica mbere muri bimwe indwi bimatanije wa muzingo w’igitabu. Nca numva kimwe muri vya binyabugingo kivuze n’ijwi nk’iry’inkuba giti: “Ingo!”


Baca baragenda bashira ikimenyetso ku kibuye cugaye imva, hanyuma bashiraho abasoda bo kuyicunga.


Yuguruye ikigira indwi, haca haba agacerere mw’ijuru kamara nk’igice c’isaha.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite