Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 6:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Maze abami bo kw’isi, abahambaye, abasoda bakuru, abatunzi, abakomeye, abagurano n’abidegemvya bose binyegeza mu masenga no mu bitandara vy’amabuye vyo mu misozi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Abami bo mw isi n’abaganwa n’abakuru b’abagabisha b’abasoda n’abatunzi n’abanyenkomezi n’abagurano bose n’abidegemvya bose binyegeza mu masenga no mu bitandara vyo ku misozi;

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 6:15
19 Referans Kwoze  

Ntibari bakwiye kuba muri iyi si! Bayerera mu bugaragwa no mu misozi, binyegeza mu masenga no mu binogo.


Nta muco w’amatara uzosubira gukayangana muri wewe. Nta majwi y’umukwe n’umugeni azosubira kwumvikana muri wewe. Abadandaza bawe bari rurangiranwa kw’isi. Amahanga yose yazimijwe n’amareba yawe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite