Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 5:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Wa mwagazi uraza wakira wa muzingo w’igitabu ugikuye mu minwe y’uwari yicaye kuri ya ntebe y’inganji.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Araza, agikūra mu kuboko kw’i buryo kw’Īvyagiye kuri ya ntebe.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 5:7
3 Referans Kwoze  

Hanyuma mbona umuzingo w’igitabu mu kuboko kw’i buryo kw’uwari yicaye kuri ya ntebe y’inganji. Ico gitabu cari canditseko imbere n’inyuma, gihomesheje ishashara indwi.


Iki gitabu kidonda ivyahishuwe na Yesu Kristo, ivyo Imana yamuhaye kugira ngo yereke abakozi biwe ibigiye gushika. Na we yabimenyekanishije mu kurungika umumarayika wiwe ku mukozi wiwe Yohana,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite