Ivyahishuwe 5:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Nca ndarira cane kuko ata n’umwe abonetse abereye kwugurura uwo muzingo w’igitabu canke ngo asome ibiri muri wo. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Nanje ndizwa cane n’uko hatabonetse ūbereye kuzingurura ico gitabo canke kukirāba. Gade chapit la |