Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 5:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ariko mu bo mw’ijuru canke mw’isi canke i kuzimu, ntihaboneka n’umwe ashoboye kuwugurura, canke ngo asome ibiri muri wo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ntihāgira uwo mw ijuru cank’ uwo kw isi cank’ uw’ i kuzimu ashobora kuzingurura ico gitabo canke kukirāba.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 5:3
6 Referans Kwoze  

Hanyuma nca numva amajwi y’ivyaremwe vyose, ivyo mw’ijuru, ivyo kw’isi, ivy’i kuzimu, ivyo mu biyaga n’ibibibamwo, biririmba biti: “Guhimbazwa n’icubahiro, ubwiza n’ububasha, ni ivy’uwicaye ku ntebe y’inganji n’Umwagazi w’intama yishwe, ibihe vyose!”


“Ni nde yigeze amenya ivyiyumviro vy’Uhoraho? Canke ni nde yayibereye umujenama?”


kugira ngo mw’izina rya Yesu, amavi yose aze apfukame, ari ay’ivyo mw’ijuru, ay’ivyo kw’isi n’ay’ivy’i kuzimu,


Nca ndarira cane kuko ata n’umwe abonetse abereye kwugurura uwo muzingo w’igitabu canke ngo asome ibiri muri wo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite