Ivyahishuwe 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ikinyabugingo ca mbere casa n’intambwe, ica kabiri casa n’impfizi ikiri nto, ica gatatu cari gifise mu maso hasa n’ah’umuntu, ica kane cari kimeze nk’inkona iriko iraguruka. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ikinyabugingo ca mbere casa n’intambge, ica kabiri casa n’inyana, ica gatatu cari gifise mu maso hasa n’ah’ umuntu, ica kane casa n’inkukuma iguruka. Gade chapit la |