Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 4:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Uwari ayicayeko yasa n’ibuye ry’igiciro ryitwa Yasipi hamwe n’iryitwa Sarudiyo. Kandi iyo ntebe yari izungurutswe n’umunywamazi usa n’ibuye ry’igiciro ryitwa Simaragido.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Uwar’ avyagiye yasa n’akabuyenge kitwa yasipi n’akitwa sarudiyo: kand’ umunywamazi war’ ukikije iyo ntebe, usa n’akitwa simaragido.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 4:3
13 Referans Kwoze  

Ico gisagara cakayangana ubwiza bw’Imana kandi imishwarara yaco yari imeze nk’iy’akabuye k’igiciro kitwa Yasipi, kibonerana nk’ikiyo.


Hanyuma mbona uwundi mumarayika w’inkomezi yururuka ava mw’ijuru. Yari yambaye igicu, umunywamazi ukaba hejuru y’umutwe wiwe. Mu maso hiwe hari hameze nk’izuba, amaguru yiwe na yo yari ameze nk’inkingi z’umuriro.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite