Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 3:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Ko uri akazuyazi, udakonje canke ngo ubire, ngira ndakudahwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Nuko rero kuk’ ur’ akazuyazi, udakonje ntubire, ngira nkudahwe.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 3:16
6 Referans Kwoze  

Niwibuke aho wavuye ukagwa, maze wihane, usubire ukore ibikorwa wakora ubwa mbere. Niyo utihana, nzoza nkure igiterekwako itara cawe mu kibanza caco.


Ndazi ibikorwa vyawe. Ndazi ko udakonje kandi utabize. Ese iyo ukonja canke ukabira!


Uvuga ngo uratunze, ufise vyinshi kandi ngo nta co ukenye. Ariko ntuzi ingene uri umugorwa ateye ikigongwe. Uri umukene, urahumye kandi ugenda gusa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite