Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 22:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ubuntu bw’Umwami Yesu bube kuri bose. Amen.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Ubuntu bg’Umwami Yesu bubane n’abera. Amen.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 22:21
9 Referans Kwoze  

Ubuntu bw’Umwami wacu yesu Kristo bubane namwe.


Kandi Imana, itanga amahoro izofyonyorera vuba Satani musi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu bubane namwe.


Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo, urukundo rw’Imana n’ukunywana na Mpwemu Yera bibane namwe mwese.


Jewe Yohana, Ndabandikiye mwebwe abo mu mashengero indwi yo muri Aziya: Ubuntu n’amahoro biva ku wuriho, uwamyeho kandi agira aze, no ku mpwemu indwi ziri imbere y’intebe y’inganji,


Nuko rero ndabandikiye mwebwe ab’i Roma, mukundwa n’Imana kandi mwahamagariwe kuba abantu bayo bejejwe: Ubuntu n’amahoro biva ku Mana Data wa twese no ku Mwami wacu Yesu Kristo bibe kuri mwebwe mwese.


Gayo, ampaye indaro hamwe n’ishengero ryose rikoranira iwe barabaramutsa. Erasito, umunyabigega w’igisagara, hamwe na mwene Data Kwarito barabaramutsa. [


na we ashingira intahe ivyo yabonye vyose ku bijanye n’ijambo ry’Imana n’intahe ya Yesu Kristo.


“Ehe ndaza vuba! Hahirwa abumvira amajambo y’ubuvugishwa yanditse muri uwu muzingo w’igitabu.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite