Ivyahishuwe 22:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Maze wa mumarayika aca anyereka rwa ruzi rw’amazi y’ubugingo, rubonerana nk’ikiyo, rutemba ruva ku ntebe y’inganji y’Imana n’iy’Umwagazi w’Intama, Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Anyereka uruzi rw’amazi y’ubugingo, rubonerana nk’icirore, ruva ku ntebe y’Imana na wa Mwagazi. Gade chapit la |