Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 21:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Amahanga yose azogendera mu muco waho, kandi abami bo kw’isi bose bazohazana ubutunzi bwabo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Kand’ amahanga azogendera mu muco wawo, abami bo kw isi bazozanay’ ubgiza bgabo.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 21:24
22 Referans Kwoze  

rukamanuka ruca hagati muri rya barabara rinini ryo mu gisagara. Ku mpande zompi z’urwo ruzi hari igiti c’ubugingo, cama cumi na kabiri mu mwaka, kikama uko ukwezi gutashe. Kandi amababi yaco ni umuti wo gukiza amahanga.


Ubwiza n’icubahiro vy’amahanga bizozanwa muri co.


bwo kuba intumwa ya Kristo Yesu mu Banyamahanga. Ndababwira Ubutumwa Bwiza kugira ngo ndabashikanire Imana nk’ikimazi cemerwa na yo, cejejwe na Mpwemu Yera.


Amashengero y’i Makedoniya no muri Akaya yahimbawe no kwegeraniriza imfashanyo abakene bo mu bizera b’i Yerusalemu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite