Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 21:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Uruzitiro rwari rwubakishijwe ibuye ry’igiciro ryitwa yasipi, igisagara na co cari cubakishijwe inzahabu, kibonerana nk’ibiyo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Urugo rwawo rwubakishijwe yasipi, umurwa war’ izahabu ishize inkamba imeze nk’ibirahuri bishize inkamba nyene.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 21:18
6 Referans Kwoze  

Ico gisagara cakayangana ubwiza bw’Imana kandi imishwarara yaco yari imeze nk’iy’akabuye k’igiciro kitwa Yasipi, kibonerana nk’ikiyo.


Imiryango y’amarembo uko ari cumi n’ibiri yari ikozwe mw’imaragarita cumi na zibiri, umuryango umwumwe wose wari ukozwe mw’imaragarita imwe. Ibarabara rikuru ryo muri ico gisagara ryari rigizwe n’inzahabu zivugutiwe, rikabonerana nk’ibiyo.


Umushinge w’uruzitiro rw’ico gisagara wari ushazishijwe n’amabuye y’agaciro y’ubwoko bwose. Irya mbere ryari yasipi, irya kabiri safiro, irya gatatu kalukedoni, irya kane simaragido,


Kandi imbere yayo hari igisa n’ikiyaga c’ibiyo kibonerana cane. Hagati na hagati n’ahakikuje iyo ntebe, hari ibinyabugingo vyuzuye amaso imbere n’inyuma.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite