Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 21:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Mu buseruko hari amarembo atatu, mu buraruko atatu, mu bumanuko atatu, no mu burengero atatu nyene.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Ahahera i burasirazuba har’ ibirimba bitatu; ahahera i burārūko har’ ibirimba bitatu; ahahera i bumanuko har’ ibirimba bitatu; ahahera i burengerazuba har’ ibirimba bitatu.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 21:13
3 Referans Kwoze  

Cari kizitijwe uruhome runini mu bwaguke kandi rurerure, rufise amarembo cumi n’abiri arinzwe n’abamarayika cumi na babiri. Kandi amazina y’imiryango cumi n’ibiri ya Isirayeli yari yanditse kuri ayo marembo.


Uruzitiro rw’ico gisagara rwari rwubakiye ku mabuye cumi n’abiri y’urufatiro, ari zo ntumwa z’Umwagazi w’intama.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite