Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 20:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ya myaka igihumbi iheze, Satani azorekurwa ave mw’ibohero ryiwe,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kand’ iyo myaka igihumbi ni yashira, Satani azorekurwa ngw ave mw ibohero,

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 20:7
2 Referans Kwoze  

Aca afata ca gisato, ari co kiyoka ca kera, ari we wa mubi canke Satani, arakiboha, kimara imyaka igihumbi kiboshe.


Nuko ba bamarayika bane bararekurwa. Bari bateguriwe iyo saha, uwo musi, uko kwezi, uwo mwaka nyene, kugira ngo bice ica gatatu c’abantu bari kw’isi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite