Ivyahishuwe 20:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Hanyuma nca mbona intebe y’inganji nini cane, mbona n’uwuyicayeko. Ijuru n’isi birahunga biva imbere yiwe, ntivyasubira kuboneka. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Mbona intebe niniya yera, mbona n’Iyivyagiyeko, isi n’ijuru bihunga mu nyonga hayo, aho vyahora ntihaba hakiboneka. Gade chapit la |