Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 19:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Nongera mbona umumarayika yari ahagaze mu zuba, asemerera n’ijwi rirenga abwira ibisiga biguruka mu kirere ati: “Nimuze, mukoranire ku mazimano ahambaye y’Imana,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Mbona umumarayika ahagaze ku zuba; asemerera n’ijwi rirenga, abarira ibisīga vyose biguruka vyātiriye ijuru, ati Ni muze mukoranire amazimano menshi y’Imana,

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 19:17
10 Referans Kwoze  

Za ngabo zose zica zicishwa ya nkota ikarishe yava mu kanwa k’uwugendera kuri ya farasi yera, maze ibisiga vyo mu kirere vyose bica birya inyama zabo.


Ndavye kandi, nca numva inkona igurukira kure mu kirere ivuga n’ijwi rirenga iti: “Baragowe, baragowe, baragowe ababa kw’isi ku bw’ibizoba abamarayika batatu ba nyuma nibavuza inzamba!”


Hanyuma nca mbona uwundi mumarayika aguruka mu kirere, atwaye Ubutumwa Bwiza agiye kubwira abari mw’isi mu moko yose, mu miryango yose, mu ndimi zose no mu mahanga yose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite