Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 19:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Inyuma y’ivyo nca numva amajwi asamirana mw’ijuru ameze nk’ay’abantu amasinzi n’amasinzi, asemerera ati: “Haleluya! Agakiza, icubahiro n’ubushobozi, ni ivy’Imana yacu,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Hanyuma y’ivyo numva mw ijuru ikimeze nk’ijwi rirenga ry’ishengero ryinshi, riti Haleluya; agakiza n’ubgiza n’ububasha n’ivy’ Imana yacu,

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 19:1
23 Referans Kwoze  

Umumarayika w’indwi avugije inzamba yiwe, haca humvikana ijwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Ubwami bwo kw’isi buhindutse ubw’Umwami Imana na Kristo wiwe, kandi azoganza ibihe bidashira.”


Ntudutererane ibitugerageza, uhubwo udukize wa mubi. [Kuko Ubwami, ubushobozi n’ubwiza ari ivyawe ibihe vyose. Amen.]


Nca numva amajwi avuga nk’ay’abantu amasinzi n’amasinzi, avuga nk’imipfunda yo mu kiyaga ikomeye, agaturagara nk’inkuba, avuga ati: “Haleluya! Umwami wacu Imana Mushoboravyose iraganje.


Nca numva ijwi rirenga rivuye mw’ijuru, rivuga riti: “Noneho agakiza, ububasha n’Ubwami vy’Imana yacu, n’ubushobozi bwa Kristo wayo vyashitse. Kuko umurezi wa bene Data, uwabarega imbere y’Imana yacu ijoro n’umurango yakororewe hasi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite