Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 18:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Nta bavuza inanga, abaririmvyi, abavuza imyironge canke inzumbete bazosubira kwumvikana muri wewe. Nta bakora utugenegene tw’ubwoko na bumwe bazoba bakiboneka muri wewe. Nta jwi ry’urusyo rizosubira kwumvikana muri wewe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Ntihazokwumvikana ukundi muri wewe ijwi ry’abacuraranzi n’iry’ abaririmvyi, n’iry’ abavuza imyironge n’iry’ abavuza inzamba; kandi nta muhinga w’umunyabuhinga bgose agisubira kuboneka muri wewe ukundi, kand’ ukuvuga kw’urusyo ntikugisubira kwumvikana muri wewe ukundi.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 18:22
10 Referans Kwoze  

Yesu ashitse mu nzu kwa wa mukuru w’isinagogi, abona abantu bavuza imyironge n’isinzi ry’abantu bavuza induru.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite