Ivyahishuwe 17:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Gutahura ibi bisaba umutima w’ubwenge: Arya mahembe indwi ni imitumba indwi uwo mugore yicayeko, kandi yerekana kandi abami indwi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Aha ni ho umutima w’ubgenge userukira. Imitwe ndwi, iyo ni yo misozi ndwi uwo mugore yicayeko. Gade chapit la |