Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 17:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Abo cumi bose bafise intumbero imwe kandi bazoha ca gikoko ububasha n’ubushobozi vyabo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Abo bahūza inama, baha ca gikōko ububasha bgabo n’ubutware bgabo.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 17:13
7 Referans Kwoze  

Kuko Imana yashize mu mitima yavyo gushitsa ivyo ishaka, bizokwemeranya guha ububasha bwavyo ca gikoko, gushitsa amajambo y’Imana ashikijwe.


nimwuzuze umunezero wanje mu kugira umutima umwe n’urukundo rumwe, muhuje umutima n’inama mu vyiyumviro no mu ntumbero.


Muri vyose, mugire ingeso zijanye n’Ubutumwa Bwiza bwa Kristo kugira ngo, nshoboye kuza tukongera tukabonana canke bidashobotse, nzokwumve ko mushikamye kandi muri umwe mu Mpwemu, mufise umutima umwe, mugwanira ukwizera kuva ku Butumwa Bwiza.


Bashikije ico wari waramaze kugena ko kizoshika, mu bushobozi bwawe no mu gushaka kwawe.


Bazotera intambara bagwanye Umwagazi w’intama, ariko azobanesha kuko ni Uwuganza abatware kandi ni Umwami w’abami; kandi abo yahamagaye akabatoranya bakamubera abizigirwa, bazoba bari kumwe na we.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite