Ivyahishuwe 17:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Batanu muri bo baratembagajwe, umwe araganje, uwundi ntaraza, ariko niyaza, inganji yiwe izoba iyo umwanya muto cane. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kandi ni yo bami ndwi: abatanu bārakombowe, umwe ariho, uwundi we ntaraza, kandi ni yaza azoba ar’ uwo kumara igihe gito. Gade chapit la |