Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 16:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Uwa gatatu na we asuka ivyari mu rwavya rwiwe mu masoko y’inzunzi n’ay’imigezi, aca ahinduka amaraso.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Uwa gatatu asuka urwavya rwiwe mu nzūzi no mu masōko, bicika amaraso.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 16:4
10 Referans Kwoze  

Nca numva umumarayika yari afise ububasha ku mazi avuga ati: “Wewe Wera, uwuriho kandi wamyeho, uragororotse mu guca imanza nk’izi.


Avuga n’ijwi rirenga ati: “Mutinye Imana kandi muyihe icubahiro, kuko igihe cayo co guca imanza kirashitse. Musenge iyaremye ijuru n’isi, ibiyaga n’amasoko y’amazi.”


Bafise ububasha bwo kwugara ikirere kugira ngo imvura ntigwe, igihe cose bazoba bariko baravugishwa; kandi bafise ububasha bwo guhindura amazi amaraso no guteza isi ivyago igihe cose uko babigomvye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite