Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 14:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Nuko umwe yicaye ku gicu aca acisha umuhoro wiwe kw’isi, maze isi yose irimburwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Ūvyagiye ku gicu arekurira umuhoro wiwe mw isi, isi irimburwa.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 14:16
7 Referans Kwoze  

Wa mumarayika aca abangurira umuhoro kw’isi, asoroma inzabibu, azisuka mu bwato bw’uburake bw’Imana.


Hanyuma nca mbona igicu cera, kandi kuri co hari hicaye uwusa n’Umwana w’Umuntu. Yari yambaye urugori rw’inzahabu ku mutwe, afise n’umuhoro ukarishe mu minwe.


Kuko Umwana w’Umuntu agiye kugaruka ari mu bwiza bwa Se, ari kumwe n’abamarayika biwe, hanyuma ahe impembo umuntu wese ikwiranye n’ivyo yakoze.


Haca haza uwundi mumarayika avuye mu rusengero, arasemerera abwira umwe yicaye ku gicu ati: “Bangura umuhoro wawe wimbure, kuko igihe co kwimbura kirageze, ivyimburwa vyo kw’isi bireze.”


Uwundi mumarayika asohoka avuye mu rusengero mw’ijuru, kandi na we nyene yari afise umuhoro ukarishe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite