Ivyahishuwe 12:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ca kiyoka kigerageza gusuka uruzi runini ruva mu kanwa kaco kugira ngo wa mugore atwarwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ico kiyoka gisendanisha amazi nk’uruzi avuye mu kanwa kaco inyuma y’uwo mugore kugira ngo kimutwaze uruzi. Gade chapit la |