Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 12:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Ca gisato kimaze kubona ko cakororewe kw’isi, gica gikurikirana wa mugore yavyara wa mwana w’umuhungu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kandi ca gisato, kibonye yuko gikororewe kw isi, gihīga wa mugore yavyaye umuhungu.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 12:13
4 Referans Kwoze  

Ibi ndabibabwiye kugira ngo mugire amahoro muri jewe. Muri iyi si muzohagirira amarushwa menshi, ariko nimuhumure jewe naranesheje isi.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite