Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 10:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Yari afise umuzingo w’igitabu mutoya wuguruye mu kiganza ciwe. Aca ashinga ikirenge ciwe c’i buryo ku kiyaga, ic’i bubamfu agishinga i musozi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Yar’ afise mu minwe agatabo kazinguruye, ashinga ikirenge c’i buryo ku kiyaga, ic’i bumoso agishinga i musozi.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 10:2
13 Referans Kwoze  

Wa mumarayika nabona ahagaze ku kiyaga n’i musozi, aca aduza ikiganza ciwe c’i buryo akirabisha kw’ijuru.


Yuguruye ica kabiri, nca numva ikinyabugingo ca kabiri kivuze giti: “Ingo!”


Maze Yesu arabegera, ababwira ati: “Nahawe ububasha bwose mw’ijuru no mw’isi.


Ngize gutya, mbona wa Mwagazi amena ica mbere muri bimwe indwi bimatanije wa muzingo w’igitabu. Nca numva kimwe muri vya binyabugingo kivuze n’ijwi nk’iry’inkuba giti: “Ingo!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite