Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Galatiya 5:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Muvyumve neza! Jewe Pawulo, ndababwiye nti: Nimba mwizeye ko ugukebwa kwanyu kubaha ukugororoka imbere y’Imana, kuri mwebwe Kristo nta co azoba amaze na gatoya.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Umve, jewe Paulo ndababgira yuko ni mwakebga, Kristo ata co azobamarira.

Gade chapit la Kopi




Galatiya 5:2
16 Referans Kwoze  

Kuko muri Kristo Yesu, ugukebwa canke ukudakebwa nta kimazi bifise. Igihambaye ni ukwizera gukorera mu rukundo.


Hari abantu bavuye i Yudaya baja muri Antiyokiya, bigisha abizera bati: “Mudakebwe nk’uko imigenzo twigishijwe na Mose ibitegeka, ntimushobora gukizwa.”


Ubu butumwa bwiza buvuga ko Imana yateguye aho kuruhukira twabwumvise nk’uko na bo babwumvise. Ariko nta co bwabamariye kuko batabwakiranye ukwizera.


Bene Data, nimba ngishishikara kwigisha ivyo gukebwa nk’uko bamwe babivuga, kubera iki noba nkiriko ndahamwa? Iyo mba ntacigisha agakiza kava ku musaraba wa Kristo, nta n’umwe biba bitsitaza.


Jewe Pawulo, ndabinginze n’umutima wiyoroheje no mu bugwaneza buva kuri Kristo, naho mwibaza ko ntari imvuzi imbere yanyu ariko nkabakarira iyo tutari kumwe.


Twarumvise ko hari bantu bamwe muri twebwe baje iwanyu tutabatumye, bababwira amajambo abaca ivutu, abahagarika imitima.


Twaripfuje kuza iwanyu, kandi jewe Pawulo navyipfuje kenshi, ariko Satani aradutangira.


mpisemwo kubikwingingira mu rukundo. Ndakwinginze jewe Pawulo, umutama kandi vyongeye ubu nkaba n’imbohe ya Kristo Yesu,


Jewe Pawulo, ndabandikiye ndabatasha n’ukuboko kwanje.


Ariko bamwe mu bizera bahora ku ruhande rw’Abafarisayo barahaguruka, bavuga bati: “Abanyamahanga bategerezwa gukebwa no gukurikiza ivyagezwe vya Mose.”


Jewe Pawulo, ndabikwandikiye n’ukuboko kwanje: nzorikuriha. Sinorinda kukwibutsa ko nawe umfitiye ideni ry’ubuzima bwawe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite