Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Galatiya 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Aba musi y’uburongozi bw’abarezi biwe n’abandi bizigirwa, gushika ku myaka se yagenye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Arikw aganzwa n’abamuzigama n’ababgiriza kugeza mu kibariro cashinzwe na se.

Gade chapit la Kopi




Galatiya 4:2
7 Referans Kwoze  

Kuko naho mufise abarezi ibihumbi cumi muri Kristo, ntimufise ba so benshi, kuko ni jewe nabavyaje Ubutumwa Bwiza muri Kristo Yesu.


Ico ngomvye kuvuga ni uko iyo samuragwa akiri umwana, nta ho aba atandukaniye n’umugurano, naho ivya se vyose biba ari ivyiwe.


No kuri twebwe ni uko vyari bimeze Kristo ataraza. Twari tumeze nk’abana bakiri bato; twari abagurano b’ubushobozi bw’impwemu butegeka iyi si.


Nimwaguma muri jewe, amajambo yanje akaguma muri mwebwe, muze musabe ico mushaka cose, kandi muzogihabwa.


Ni ukuvuga ko, ivyagezwe vyari nk’umurezi aturera gushika Kristo aje kugira ngo twemerwe n’Imana nk’abagororotsi tubihawe no kwizera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite