Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Galatiya 4:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Nk’uko mubizi icatumye ndababwira Ubutumwa Bwiza ubwa mbere ni uko nari ndwaye mu mubiri.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 ariko murazi yukw amagara make y’umubiri ari yo yatumye mbabarira ubutumwa bgiza ubga mbere:

Gade chapit la Kopi




Galatiya 4:13
13 Referans Kwoze  

Naje iwanyu ndi umunyantege nke, mfise ubwoba, kandi mpinda agashitsi.


Ndatangajwe n’ingene mwihuse kuva ku Mana yabahamagariye kuba mu buntu bwa Kristo, mugakurikira ubundi butumwa butandukanye n’ubwo twababwiye,


Nimba nokwirata, nzokwirata ku bw’ibingaragaza nk’umunyantege nke.


Nshobora kuba ntari imvuzi ariko simbuze ubumenyi, kandi ivyo twarabiberetse neza mu buryo bwose.


kuko bamwe muri mwebwe bavuga bati: “Amakete ya Pawulo aragumye kandi arimwo uburake. Ariko iyo ari kumwe natwe aboneka nk’umunyantege nke adakwiye no kwumvirizwa.”


Naho yabambwe ari umunyantege nke, ubu abayeho mu bushobozi bw’Imana. Natwe ni nk’uko, turi abanyantegenke nk’uko Kristo yari, ariko ubushobozi bw’Imana buba muri twebwe iyo turiko turabakorera.


Pawulo na bagenziwe baca mu ntara za Furugiya na Galatiya, kuko Mpwemu Yera yari yababujije kuvuga Ijambo ry’Imana muri Aziya.


Ico gihe Yesu agendagenda mu ntara yose ya Galilaya yigishiriza mu masinagogi yaho, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza abantu ingwara zose n’ubumuga bwose.


Ndabinginze bene Data ngo mumere nkanje mu kwidegemvya kuri ivyo bintu, nk’uko nanje nabaye nkamwe abanyamahanga mu kutaganzwa n’ivyagezwe. Nta kibi mwigeze munkorera aho naza kubigisha.


Naho ingwara yanje yari ikigeragezo kuri mwebwe, ntimwigeze munsuzugura canke ngo mungaye. Ariko mwanyakiriye nk’umumarayika w’Imana, canke nk’aho ari Kristo Yesu ubwiwe.


Kugira ishaka ryo kubakorera ivyiza, ni vyiza mu gihe intumbero ari nziza, ariko baze bame bameze gutyo ntibabikore gusa mu gihe ndi kumwe namwe honyene.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite