Galatiya 3:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nuko rero abizera Imana bose nk’uko Aburahamu yayizeye bahezagirwa co kimwe na we. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Nukw abīshimira ukwizera bahabga umugisha hamwe na Aburahamu yizera. Gade chapit la |
Yakebwe mu nyuma, kandi ukwo gukebwa kwiwe cari ikimenyetso cerekana ko kubera ukwizera kwiwe, Imana yari yaramaze kumwemera nk’uwugororotse imbere yuko akebwa. Gutyo, mu buryo bw’impwemu Aburahamu ni we sekuruza w’abizera bose naho boba batakebwe, kandi Imana irabemera ko bagororotse, kubera ukwizera kwabo.