Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Galatiya 3:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Mutahure rero neza ko abana ba Aburahamu ari abo bizera Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Mumenye rero yukw abīshimiye ukwizera ari bo bana ba Aburahamu.

Gade chapit la Kopi




Galatiya 3:7
11 Referans Kwoze  

Nuko rero abizera Imana bose nk’uko Aburahamu yayizeye bahezagirwa co kimwe na we.


ahubwo natwe ni ayacu kuko twizeye uwazuye Umwami wacu Yesu amukuye mu bapfuye.


Baramwishura bati: “Data ni Aburahamu.” Yesu arababwira ati: “Iyo muba muri abana ba Aburahamu, mwari gukora ivyo Aburahamu yakora.


Yesu aca avuga ati: “Uwu musi agakiza kinjiye muri iyi nzu, kuko uwu na we ni umwana wa Aburahamu.


None rero nimwabona ivyo vyose, muzoce mumenya neza ko Ubwami bw’Imana buri hafi.


Ndashaka ko mumenya ko mwene Data Timoteyo yarekuwe atakiri mw’ibohero. Niyashika aho ndi vuba, tuzozanana kubaramutsa.


Amahoro n’imbabazi bibane n’abagendera iyo ngingo, kandi bibe no kuri Isirayeli y’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite