Galatiya 3:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ngomba kandi kwongera kubabaza, mbega Imana yabahaye Mpwemu Yera yongera ikorera ibitangaza muri mwebwe kubera mwitondera ivyagezwe? Canke ni kubera mwizeye ivyo mwumvise? Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ībaha Mpwemu, igakorera ibitangaza muri mwebge, mbeg’ ibikoreshwa n’uko mukora ibikorwa vy’ivyagezwe, canke n’uko mwumvise mukizera? Gade chapit la |