Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Galatiya 2:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Ico batwihanikirije kwari uko twokwibuka kwitwararika abakene, kandi ico nanje nkaba namye ndagifitiye ishaka kuva kera.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Arikw ico bāgomvye gusa n’uko twibuka aboro, ari co nyene nanje nari nsanzwe mfitiye umwete.

Gade chapit la Kopi




Galatiya 2:10
9 Referans Kwoze  

Inyuma y’imyaka myinshi ndi mu mahanga, nagarutse i Yerusalemu nzaniye imfashanyo abakene, nje no gutanga ibimazi.


Iyo umuntu afise ubutunzi bwo kw’isi, hanyuma akabona mwene Data wundi akenye, ariko ntamutere ikigongwe ngo amufashe, yoshobora kuvuga ko akunda Imana?


Kandi ntimwibagire gukora ivyiza no gusangira n’abandi, kuko ivyo ni ibimazi bihimbara Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite