Galatiya 2:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Hanyuma, haciye imyaka cumi n’ine, naciye nsubira ndaduga i Yerusalemu, ariko ico gihe twari kumwe na Baranaba, kandi na Tito twarajanye. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Maze hahise imyaka cumi n’ine, nongera kudūgana na Barunaba, kandi na Tito ndamujana. Gade chapit la |