Galatiya 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko, naho yoba twebwe, canke umumarayika avuye mw’ijuru, akaza ababwira Ubutumwa butandukanye n’ubwo twababwiye, umuvumo w’Imana ube kuri we! Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko naho yoba ari twebge cank’ umumarayika avuye mw ijuru, ababarira ubutumwa bunyuranye n’ubgo twababariye, arakavumwa. Gade chapit la |