Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Galatiya 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 hamwe na bene Data bose turi kumwe, Turabandikiye mwebwe amashengero y’i Galatiya:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 mfatanije na bene Data turi kumwe bose kubandikira, abo mu mashengero y’i Galatiya.

Gade chapit la Kopi




Galatiya 1:2
8 Referans Kwoze  

Mundamukirize abera bose muri Kristo Yesu. Bene Data turi kumwe barabatasha.


Ku bijanye no kwegeranya uburyo bwo gufasha abizera b’i Yerusalemu, mubikore nk’uko nabihanuye amashengero y’i Galatiya.


Ariko murazi ko Timoteyo yerekanye ubwizigirwa bwiwe, kuko yakoranye nanje mu kuvuga Ubutumwa Bwiza, nk’uko umwana akorana n’umuvyeyi.


Amaze igihe gito muri Antiyokiya, avayo agendera ahantu hatandukanye mu ntara za Galatiya na Furugiya, akomeza abizera bose.


Aca agendagenda muri Siriya no muri Kilikiya, akomeza amashengero yaho.


Mu nyuma ishengero ry’i Yudaya, i Galilaya n’i Samariya rigira amahoro, rirakomera, rigendera mu kwubaha Umwami Imana, ryongera riragwira ryiruwe na Mpwemu Yera.


Mbega mwa Bagalatiya b’ibijuju, ni nde yabaroze? Ndazi neza ko ivy’urupfu rwa Yesu Kristo mwabishikirijwe neza nk’aho mwamwiboneye abambwe ku musaraba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite